Egere Tuyage Titelbild

Egere Tuyage

Egere Tuyage

Von: Luc Noël Ingabire Barbara Ndimurukundo-Kururu Emelyne Nibogora Ariel Fabrice Ntahomvukiye
Jetzt kostenlos hören, ohne Abo

ZEITLICH BEGRENZTES ANGEBOT. Nur 0,99 € pro Monat für die ersten 3 Monate. 3 Monate für 0,99 €/Monat, danach 9,95 €/Monat. Bedingungen gelten. Jetzt starten.

Über diesen Titel

Muri iki kiyago, abakuze n'abato duhanahana ivyiyumviro ku mico, imigenzo n'akaranga. Dufatira ku vyo bamwe n'abandi basomye, bumvise, batohoje canke barazwe, kugira ngo dusabikanye ubumenyi. Mu kirundi no mu mico y'Abarundi, harimwo ubutunzi ntangere.Luc Noël Ingabire, Barbara Ndimurukundo-Kururu, Emelyne Nibogora, Ariel Fabrice Ntahomvukiye Sozialwissenschaften
  • Ep 13 - Umwana n'incuti ziwe
    Jul 27 2024

    Umwana avutse mu muryango agira incuti. Mu rurimi rw'ikirundi, izo ncuti zirafise uko zitwa bivanye n'ubucuti bafitaniye n'uwo mwana. Muri iki gice ca cumi na gatatu, nivyo tugiye kuyaga. Barbara Ndimurukundo-Kururu aratuyagira vyinshi kuri ayo mazina y'incuti z'umwana. Muri iki kiganiro, turayaga kandi n'ibijanye n'imiziro n'amayarwa ajanye n'incuti z'umwana.


    Mufise ico mutwunganira canke mutubaza, ntimuhengeshanye kutwandikira kuri : egere.tuyage@gmail.com


    Murakoze.

    Mehr anzeigen Weniger anzeigen
    36 Min.
  • Ep 12 - Gusohora amahasa
    Jun 10 2024

    Ubuheruka twaganiriye ku bijanye no gusohora umuvyeyi. Muri iki gice, turabira hamwe uko basohora umuvyeyi yibarutse amahasa. Kurikira kino kiyago muheze mutwunganire.


    Murakoze !


    Mufise ico mwipfuza gushikiriza, muraturungikira ubutumwa tuzoheza tubishure.

    Mehr anzeigen Weniger anzeigen
    36 Min.
  • Ep 11 - Gusohora umuvyeyi
    Jun 10 2024

    Gusohora umuvyeyi ni umwe mu migirwa yo mu Burundi bwaho hambere. Vyongeye, no mu gihe ca none, uwo mugirwa uracariho.

    None woba ugikorwa nkuko vyahora muri kahise ? Warumaze iki ? Wasigura iki ? Wagenda gute ?

    Ivyo ni bimwe muvyo duca irya n'ino muri iki kiyago kigira icumi na rimwe.


    Mufise ico mutwunganira, turabahamagarira kuturungikira ubutumwa kuri : egere.tuyage@gmail.com.


    Murakoze.

    Mehr anzeigen Weniger anzeigen
    39 Min.
Noch keine Rezensionen vorhanden